Kuvayo 23:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Wiyubare kubera we kandi ugamburuke ijwi ryiwe. Ntumugararize, kuko atazobabarira ukugabitanya kwanyu+; kubera ko izina ryanje riri muri we. Guharura 14:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 emwe, abagabo bashikirije inkuru mbi ku vyerekeye ico gihugu bazokwicwa n’ikiza imbere ya Yehova+.
21 Wiyubare kubera we kandi ugamburuke ijwi ryiwe. Ntumugararize, kuko atazobabarira ukugabitanya kwanyu+; kubera ko izina ryanje riri muri we.
37 emwe, abagabo bashikirije inkuru mbi ku vyerekeye ico gihugu bazokwicwa n’ikiza imbere ya Yehova+.