Mariko 9:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 Mugabo Yezu avuga ati: “Ntimugerageze kumubuza, kuko ata n’umwe azokora igikorwa c’ububasha mw’izina ryanje ngo ace ashobora kuntuka ningoga+; 1 Yohani 4:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 mugabo ijambo ry’irihumekano ryose ritemera icese Yezu ntirikomoka ku Mana+. Ikigeretseko, iryo ni rya jambo ry’irihumekano rya antikristu mwumvise ko ryariko riraza+, ubu rikaba rimaze gushika mw’isi+.
39 Mugabo Yezu avuga ati: “Ntimugerageze kumubuza, kuko ata n’umwe azokora igikorwa c’ububasha mw’izina ryanje ngo ace ashobora kuntuka ningoga+;
3 mugabo ijambo ry’irihumekano ryose ritemera icese Yezu ntirikomoka ku Mana+. Ikigeretseko, iryo ni rya jambo ry’irihumekano rya antikristu mwumvise ko ryariko riraza+, ubu rikaba rimaze gushika mw’isi+.