Ivyakozwe 3:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Aca amufata ukuboko kw’ukuryo+, aramuhagurutsa. Ako kanya nyene ibirenge vyiwe n’amaso y’ibirenge vyiwe birakomera+; Ivyakozwe 28:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ivyo bibaye, abandi bantu bo kuri iryo zinga bari barwaye na bo nyene batangura kuza kuri we, barakizwa+.
7 Aca amufata ukuboko kw’ukuryo+, aramuhagurutsa. Ako kanya nyene ibirenge vyiwe n’amaso y’ibirenge vyiwe birakomera+;
9 Ivyo bibaye, abandi bantu bo kuri iryo zinga bari barwaye na bo nyene batangura kuza kuri we, barakizwa+.