ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abakorinto 11:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Mugabo nshaka ko mumenya yuko umutwe w’umugabo wese ari Kristu+; umutwe w’umugore na wo ni umugabo+; umutwe wa Kristu na wo ni Imana+.

  • Abanyefeso 5:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Abagore bayobokere+ abagabo babo nk’uko bayobokera Umukama,

  • Abakolosayi 3:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Yemwe bagore, muyobokere+ abagabo banyu, nk’uko bibereye mu Mukama.

  • Tito 2:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 babe abaroranye mu muzirikanyi, abatanduye+, abitwararika ibikorwa vyo mu rugo, abameze neza, abayobokera+ abagabo babo bwite, kugira ngo ijambo ry’Imana ntiritukwe+.

  • 1 Petero 3:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Namwe bagore, ni kwo kw’ukwo+, muyobokere+ abagabo banyu bwite, kugira ngo nimba hari abatagamburukira+ rya jambo, bagondozwe+ ata jambo rivuzwe, biciye ku ngeso z’abagore babo+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika