Ivyakozwe 17:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ariko abari baherekeje Paulo baramujana gushika i Atene, hanyuma bamaze guhabwa itegeko ry’uko Silasi na Timoteyo+ boza aho ari vuba bishoboka, baragenda. Abaroma 15:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 igihe nzoba ngiye muri Esupanye+, nizigiye imbere ya vyose yuko igihe nzoba ndi ku nzira ngiyeyo, nzoca kubaraba hanyuma mukamperekezayo+ gatoyi, mbanje kwumva yuko inkumbu ndabafitiye ziheze ku rugero kanaka. 3 Yohani 6 Bibiliya y’isi nshasha 6 abashingiye intahe urukundo rwawe imbere y’ishengero. Ndakwinginze abo uze ubarungike mu rugendo rwabo mu buryo bubereye Imana+.
15 Ariko abari baherekeje Paulo baramujana gushika i Atene, hanyuma bamaze guhabwa itegeko ry’uko Silasi na Timoteyo+ boza aho ari vuba bishoboka, baragenda.
24 igihe nzoba ngiye muri Esupanye+, nizigiye imbere ya vyose yuko igihe nzoba ndi ku nzira ngiyeyo, nzoca kubaraba hanyuma mukamperekezayo+ gatoyi, mbanje kwumva yuko inkumbu ndabafitiye ziheze ku rugero kanaka.
6 abashingiye intahe urukundo rwawe imbere y’ishengero. Ndakwinginze abo uze ubarungike mu rugendo rwabo mu buryo bubereye Imana+.