Yakobo 4:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ahubwo mwari mukwiye kuvuga muti: “Nimba Yehova abigomba+, tuzobaho, dukore iki canke kiriya+.” 1 Yohani 5:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kandi uku ni kwo guhera amazinda dufise kuri yo+: ni uko ico dusaba cose twisunze ukugomba kwayo, itwumva+.
14 Kandi uku ni kwo guhera amazinda dufise kuri yo+: ni uko ico dusaba cose twisunze ukugomba kwayo, itwumva+.