1 Abakorinto 1:1 Bibiliya y’isi nshasha 1 Jewe Paulo uwahamagariwe kuba intumwa+ ya Yezu Kristu biciye ku kugomba kw’Imana+, na Sositene+ mwene wacu, 1 Timoteyo 1:1 Bibiliya y’isi nshasha 1 Jewe Paulo, intumwa+ ya Kristu Yezu kw’itegeko ry’Imana+ Umukiza wacu+ n’irya Kristu Yezu, we cizigiro cacu+,
1 Jewe Paulo uwahamagariwe kuba intumwa+ ya Yezu Kristu biciye ku kugomba kw’Imana+, na Sositene+ mwene wacu,
1 Jewe Paulo, intumwa+ ya Kristu Yezu kw’itegeko ry’Imana+ Umukiza wacu+ n’irya Kristu Yezu, we cizigiro cacu+,