Ivyakozwe 16:1 Bibiliya y’isi nshasha 16 Nuko ashika i Derube n’i Lusitira+. Maze ng’aho hari umwigishwa umwe yitwa Timoteyo+, umwana w’umugore w’Umuyudakazi yemera, mugabo se wiwe akaba yari Umugiriki, Abafilipi 2:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Kuko ata wundi mfise ari n’umutima nk’uwiwe kandi yitaho+ ivyanyu koko.
16 Nuko ashika i Derube n’i Lusitira+. Maze ng’aho hari umwigishwa umwe yitwa Timoteyo+, umwana w’umugore w’Umuyudakazi yemera, mugabo se wiwe akaba yari Umugiriki,