2 Abakorinto 2:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Ni twebwe; kuko tutari abagenda bacuruza ijambo ry’Imana+ nk’uko benshi bagira+, mugabo tuvuga ata buryarya, egome, nk’abarungitswe n’Imana, imbere y’Imana, twifatanije na Kristu+. 2 Abakorinto 6:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ntidutanga mu buryo na bumwe igitsitaza na kimwe+, kugira ngo ubusuku bwacu ntibutorwe amahinyu+; 2 Abakorinto 8:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Gutyo turirinda ko hagira umuntu n’umwe adutora amahinyu+ mu bijanye n’iyi ntererano+ nyinshi tubwirizwa kwitwararika. Abagalatiya 1:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nk’uko duhejeje kubivuga, n’ubu ndabivuze: Uwo wese abamenyesha icitwa inkuru nziza kirenze ico mwakiriye+, arakavumwa.
17 Ni twebwe; kuko tutari abagenda bacuruza ijambo ry’Imana+ nk’uko benshi bagira+, mugabo tuvuga ata buryarya, egome, nk’abarungitswe n’Imana, imbere y’Imana, twifatanije na Kristu+.
20 Gutyo turirinda ko hagira umuntu n’umwe adutora amahinyu+ mu bijanye n’iyi ntererano+ nyinshi tubwirizwa kwitwararika.
9 Nk’uko duhejeje kubivuga, n’ubu ndabivuze: Uwo wese abamenyesha icitwa inkuru nziza kirenze ico mwakiriye+, arakavumwa.