1 Abakorinto 15:48 Bibiliya y’isi nshasha 48 Nk’uko uwukozwe mu mukungugu+ ari, ni ko n’abakozwe mu mukungugu bari; kandi nk’uko uwo mw’ijuru+ ari, ni ko n’abo mw’ijuru bari+. 1 Abakorinto 15:50 Bibiliya y’isi nshasha 50 Ariko ico mvuga ni iki, bene wacu: yuko inyama n’amaraso bidashobora gutorana ubwami bw’Imana+, eka n’ukubora ntigutorana ukutabora+. Abafilipi 3:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 ari we azohindura ukundi umubiri wacu wateterejwe+, ngo umere nk’umubiri wiwe uninahaye+, nk’uko ububasha afise bukora+, mbere bwo gushira ibintu vyose munsi y’ubuyobozi bwiwe ngo abiganze+.
48 Nk’uko uwukozwe mu mukungugu+ ari, ni ko n’abakozwe mu mukungugu bari; kandi nk’uko uwo mw’ijuru+ ari, ni ko n’abo mw’ijuru bari+.
50 Ariko ico mvuga ni iki, bene wacu: yuko inyama n’amaraso bidashobora gutorana ubwami bw’Imana+, eka n’ukubora ntigutorana ukutabora+.
21 ari we azohindura ukundi umubiri wacu wateterejwe+, ngo umere nk’umubiri wiwe uninahaye+, nk’uko ububasha afise bukora+, mbere bwo gushira ibintu vyose munsi y’ubuyobozi bwiwe ngo abiganze+.