Abaheburayo 10:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Birateye ubwoba gukorokera mu maboko ya ya Mana nzima+. 1 Petero 1:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Ikigeretseko, nimba mwambaza Data wa wundi aca urubanza ata nkunzi+ nk’uko igikorwa c’umwe wese kiri, nimugendane ugutinya+ mu gihe muri ba kavamahanga+.
17 Ikigeretseko, nimba mwambaza Data wa wundi aca urubanza ata nkunzi+ nk’uko igikorwa c’umwe wese kiri, nimugendane ugutinya+ mu gihe muri ba kavamahanga+.