2 Abakorinto 11:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 mu kubira akuya no mu gucumukura, mu kurara maso+ kenshi, mu nzara n’inyota+, mu kubura ibifungurwa+ kenshi, mu bukanye no mu kugenda gusa.
27 mu kubira akuya no mu gucumukura, mu kurara maso+ kenshi, mu nzara n’inyota+, mu kubura ibifungurwa+ kenshi, mu bukanye no mu kugenda gusa.