Matayo 4:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Maze Yezu amubwira ati: “Ja hiyo, Shetani! Kuko vyanditswe ngo: ‘Yehova Imana yawe ni we utegerezwa gusenga+, kandi ni we wenyene+ utegerezwa gukorera igikorwa ceranda+.’” Ivyahishuwe 12:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Haca haduka intambara mw’ijuru: Mikaheli+ n’abamarayika biwe barwana na ca gisato, ca gisato na co kirwanana n’abamarayika baco
10 Maze Yezu amubwira ati: “Ja hiyo, Shetani! Kuko vyanditswe ngo: ‘Yehova Imana yawe ni we utegerezwa gusenga+, kandi ni we wenyene+ utegerezwa gukorera igikorwa ceranda+.’”
7 Haca haduka intambara mw’ijuru: Mikaheli+ n’abamarayika biwe barwana na ca gisato, ca gisato na co kirwanana n’abamarayika baco