1 Abakorinto 1:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nama nkengurukira Imana ku bwanyu kubera ubuntu ata wari abukwiriye+ bw’Imana mwahawe muri Kristu Yezu+; 2 Abakorinto 1:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 nk’uko kandi mwemeye ku rugero kanaka yuko turi imvo ituma mwirata+, nk’uko namwe muzoyiba kuri twebwe ku musi w’Umukama wacu Yezu+.
4 Nama nkengurukira Imana ku bwanyu kubera ubuntu ata wari abukwiriye+ bw’Imana mwahawe muri Kristu Yezu+;
14 nk’uko kandi mwemeye ku rugero kanaka yuko turi imvo ituma mwirata+, nk’uko namwe muzoyiba kuri twebwe ku musi w’Umukama wacu Yezu+.