Abafilipi 2:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Mugabo rero, naho nyene ndiko ndasukwa nk’ishikanwa ry’ikinyobwa+ ku kimazi+ no ku gikorwa gikorerwa abantu ari na vyo ukwizera kwabashikanyeko+, ndahimbawe kandi nkanezeranwa+ namwe mwese. Filemoni 7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kuko nagize akanyamuneza kenshi nkumva mpojejwe cane bitewe n’urukundo rwawe+, kubera ko imitima* y’aberanda yaruhuriwe+ biciye kuri wewe, mwene wacu.
17 Mugabo rero, naho nyene ndiko ndasukwa nk’ishikanwa ry’ikinyobwa+ ku kimazi+ no ku gikorwa gikorerwa abantu ari na vyo ukwizera kwabashikanyeko+, ndahimbawe kandi nkanezeranwa+ namwe mwese.
7 Kuko nagize akanyamuneza kenshi nkumva mpojejwe cane bitewe n’urukundo rwawe+, kubera ko imitima* y’aberanda yaruhuriwe+ biciye kuri wewe, mwene wacu.