2 Abakorinto 2:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kuko mu makuba menshi n’umubabaro mwinshi wo mu mutima ari ho nabandikiye n’amosozi menshi+, atari kugira ngo mubabare+, ahubwo kugira ngo mumenye urukundo ndabafitiye bimwe bidasanzwe. 2 Abakorinto 10:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kuko bavuga ngo: “Amakete yiwe araremereye kandi ari n’ubukomezi, mugabo iyo ari* ng’aha ubwiwe aboneka ko ari goyigoyi+, n’imvugo yiwe ikaba iyigayitse+.”
4 Kuko mu makuba menshi n’umubabaro mwinshi wo mu mutima ari ho nabandikiye n’amosozi menshi+, atari kugira ngo mubabare+, ahubwo kugira ngo mumenye urukundo ndabafitiye bimwe bidasanzwe.
10 Kuko bavuga ngo: “Amakete yiwe araremereye kandi ari n’ubukomezi, mugabo iyo ari* ng’aha ubwiwe aboneka ko ari goyigoyi+, n’imvugo yiwe ikaba iyigayitse+.”