2 Abakorinto 2:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kuko ari na yo ntumbero itumye ndabandikira kugira mbone ikimenyamenya mutanga, ko mugamburuka muri vyose+. Abaheburayo 13:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Mugamburukire ababaja imbere+ kandi muyoboke+, kuko baguma barinze ubuzima bwanyu nk’abazobibazwa+; kugira ngo babikorane akanyamuneza, bataniha, kuko vyogirira nabi mwebwe+.
9 Kuko ari na yo ntumbero itumye ndabandikira kugira mbone ikimenyamenya mutanga, ko mugamburuka muri vyose+.
17 Mugamburukire ababaja imbere+ kandi muyoboke+, kuko baguma barinze ubuzima bwanyu nk’abazobibazwa+; kugira ngo babikorane akanyamuneza, bataniha, kuko vyogirira nabi mwebwe+.