Matayo 8:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Mugabo Yezu amubwira ati: “Imbwebwe zirafise imyobo n’inyoni zo mu kirere zikagira ubwikingo, mugabo Umwana w’umuntu we ntagira aho arambika umutwe+.” Luka 9:58 Bibiliya y’isi nshasha 58 Yezu na we amubwira ati: “Imbwebwe zirafise imyobo n’inyoni zo mu kirere zikagira ubwikingo, mugabo Umwana w’umuntu we ntagira aho arambika umutwe+.” Abafilipi 2:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Oya, ahubwo yarahevye vyose amera nk’umushumba+, acika uwusa n’abantu+.
20 Mugabo Yezu amubwira ati: “Imbwebwe zirafise imyobo n’inyoni zo mu kirere zikagira ubwikingo, mugabo Umwana w’umuntu we ntagira aho arambika umutwe+.”
58 Yezu na we amubwira ati: “Imbwebwe zirafise imyobo n’inyoni zo mu kirere zikagira ubwikingo, mugabo Umwana w’umuntu we ntagira aho arambika umutwe+.”