2 Abakorinto 6:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ntidutanga mu buryo na bumwe igitsitaza na kimwe+, kugira ngo ubusuku bwacu ntibutorwe amahinyu+;