2 Abakorinto 7:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kuko nimba narirase imbere yiwe ku biberekeye, sinateterejwe; mugabo nk’uko twababwiye ibintu vyose mu kuri, ni ko n’ukwirata kwacu+ imbere ya Tito kwabaye ukw’ukuri.
14 Kuko nimba narirase imbere yiwe ku biberekeye, sinateterejwe; mugabo nk’uko twababwiye ibintu vyose mu kuri, ni ko n’ukwirata kwacu+ imbere ya Tito kwabaye ukw’ukuri.