1 Timoteyo 1:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Himenayo+ na Alegizandere+ bari muri abo, kandi abo narabahereje Shetani+ kugira ngo bigishwe kutarogota biciye ku gutozwa indero+. Abaheburayo 12:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kuko bo badutoza indero imisi mikeyi bisunze ivyaboneka ko ari vyiza kuri bo+, mugabo we abigira ku nyungu yacu kugira ngo dusangire ku bweranda bwiwe+.
20 Himenayo+ na Alegizandere+ bari muri abo, kandi abo narabahereje Shetani+ kugira ngo bigishwe kutarogota biciye ku gutozwa indero+.
10 Kuko bo badutoza indero imisi mikeyi bisunze ivyaboneka ko ari vyiza kuri bo+, mugabo we abigira ku nyungu yacu kugira ngo dusangire ku bweranda bwiwe+.