2 Abakorinto 2:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kuko ari na yo ntumbero itumye ndabandikira kugira mbone ikimenyamenya mutanga, ko mugamburuka muri vyose+. 2 Abakorinto 7:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Vyongeye, ikibabarwe abagirira kirushiriza kugwira, iyo yibutse ukugamburuka+ kwanyu mwese, ingene mwamwakiranye ugutinya n’ukujugumira.
9 Kuko ari na yo ntumbero itumye ndabandikira kugira mbone ikimenyamenya mutanga, ko mugamburuka muri vyose+.
15 Vyongeye, ikibabarwe abagirira kirushiriza kugwira, iyo yibutse ukugamburuka+ kwanyu mwese, ingene mwamwakiranye ugutinya n’ukujugumira.