2 Abakorinto 12:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Kuko ntinya yuko ninashika+ nzohava nsanga mutameze nk’uko nipfuza, nanje nkababera nk’uko mutipfuza, ahubwo riho hagahava haba ugushihana, ishari+, ugushavura, amahane, ukwambikana ibara, ukuvuga ubwongoshwe, ukwivyimvya, imivurungano+. 2 Abakorinto 13:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ndamaze kubivuga, kandi nk’aho noba ndahari irigira kabiri yamara ubu nkaba ntahari, mbaye ndabwira abacumuye be n’abandi bose, yuko ninaramuka ngarutse ata n’umwe nzoziguriza+,
20 Kuko ntinya yuko ninashika+ nzohava nsanga mutameze nk’uko nipfuza, nanje nkababera nk’uko mutipfuza, ahubwo riho hagahava haba ugushihana, ishari+, ugushavura, amahane, ukwambikana ibara, ukuvuga ubwongoshwe, ukwivyimvya, imivurungano+.
2 Ndamaze kubivuga, kandi nk’aho noba ndahari irigira kabiri yamara ubu nkaba ntahari, mbaye ndabwira abacumuye be n’abandi bose, yuko ninaramuka ngarutse ata n’umwe nzoziguriza+,