1 Abakorinto 3:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nk’uko ubuntu ata wari abukwiriye+ bw’Imana nahawe buri, bwa muyobozi w’ibikorwa w’inkerebutsi narashinze umushinge+, mugabo uwundi muntu ariko arawubakako. Ariko umwe wese nagume araba neza ingene awubakako+. 1 Abakorinto 4:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Kuko naho mwogira abarezi+ ibihumbi cumi muri Kristu, mu vy’ukuri nta ba so benshi mufise+; kuko muri Kristu Yezu nacitse so biciye ku nkuru nziza+.
10 Nk’uko ubuntu ata wari abukwiriye+ bw’Imana nahawe buri, bwa muyobozi w’ibikorwa w’inkerebutsi narashinze umushinge+, mugabo uwundi muntu ariko arawubakako. Ariko umwe wese nagume araba neza ingene awubakako+.
15 Kuko naho mwogira abarezi+ ibihumbi cumi muri Kristu, mu vy’ukuri nta ba so benshi mufise+; kuko muri Kristu Yezu nacitse so biciye ku nkuru nziza+.