Ivyakozwe 19:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Ivyo birangiye, Paulo yishingira intumbero mu muzirikanyi wiwe yuko amaze guca i Makedoniya+ n’i Akaya, yofata urugendo aja i Yeruzalemu+, avuga ati: “Ninamara gushikayo ntegerezwa no kubona Roma+.” Abaroma 15:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 igihe nzoba ngiye muri Esupanye+, nizigiye imbere ya vyose yuko igihe nzoba ndi ku nzira ngiyeyo, nzoca kubaraba hanyuma mukamperekezayo+ gatoyi, mbanje kwumva yuko inkumbu ndabafitiye ziheze ku rugero kanaka.
21 Ivyo birangiye, Paulo yishingira intumbero mu muzirikanyi wiwe yuko amaze guca i Makedoniya+ n’i Akaya, yofata urugendo aja i Yeruzalemu+, avuga ati: “Ninamara gushikayo ntegerezwa no kubona Roma+.”
24 igihe nzoba ngiye muri Esupanye+, nizigiye imbere ya vyose yuko igihe nzoba ndi ku nzira ngiyeyo, nzoca kubaraba hanyuma mukamperekezayo+ gatoyi, mbanje kwumva yuko inkumbu ndabafitiye ziheze ku rugero kanaka.