Abagalatiya 1:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Mugabo si iyindi; ni uko gusa hari abantu bamwebamwe bariko barabadurumbanya+ kandi bagashaka gutitura inkuru nziza yerekeye Kristu+.
7 Mugabo si iyindi; ni uko gusa hari abantu bamwebamwe bariko barabadurumbanya+ kandi bagashaka gutitura inkuru nziza yerekeye Kristu+.