Abafilipi 4:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Emwe, ndanezerwa rwose mu Mukama kubona ubu mugiye mwasubira kunyibuka+, ivyo mukaba mwahora vy’ukuri mubizirikana, mugabo mukabura akaryo.
10 Emwe, ndanezerwa rwose mu Mukama kubona ubu mugiye mwasubira kunyibuka+, ivyo mukaba mwahora vy’ukuri mubizirikana, mugabo mukabura akaryo.