Abafilipi 3:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 naho na jewe nyene mfise imvo z’ukwizigira umubiri kuruta uwo ari we wese. Nimba hari uwundi yiyumvira ko afise imvo z’ukwizigira umubiri, jeho ndi agahebuza+:
4 naho na jewe nyene mfise imvo z’ukwizigira umubiri kuruta uwo ari we wese. Nimba hari uwundi yiyumvira ko afise imvo z’ukwizigira umubiri, jeho ndi agahebuza+: