Abafilipi 3:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 kandi iherezo ryabo ni ugutikizwa+, kandi imana yabo ni inda yabo+, ubuninahazwa bwabo na bwo ni ibimaramare+, kandi imizirikanyi yabo iri ku bintu vyo kw’isi+.
19 kandi iherezo ryabo ni ugutikizwa+, kandi imana yabo ni inda yabo+, ubuninahazwa bwabo na bwo ni ibimaramare+, kandi imizirikanyi yabo iri ku bintu vyo kw’isi+.