Ivyakozwe 23:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Maze aho nya gucanamwo gukomereye, wa mukomanda wa gisirikare atinya yuko Paulo bohava bamutabagura, aca ategeka inteko z’abasoda+ kumanuka zikamushikura hagati yabo zikamuzana ku cicaro c’abasoda+.
10 Maze aho nya gucanamwo gukomereye, wa mukomanda wa gisirikare atinya yuko Paulo bohava bamutabagura, aca ategeka inteko z’abasoda+ kumanuka zikamushikura hagati yabo zikamuzana ku cicaro c’abasoda+.