ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abakorinto 10:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Kuko naho nokwirata+ kanini ku vyerekeye ububasha Umukama yaduhaye bwo kububaka atari ubwo kubasambura+, sinoteterwa,

  • 2 Abakorinto 11:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Ndongeye kubivuga: ntihagire uwiyumvira ko ndi imburabwenge. Ariko nimba vy’ukuri muvyiyumvira, nimunyemere naho noba mboneka nk’imburabwenge, kugira ngo nanje nirate gatoya+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika