2 Abakorinto 1:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Ubu ndasavye Imana imbere icabona+ kinyagiriza ubwanje, yuko kuba ntaraza i Korinto ari ukugira ngo muzigurizwe+. 2 Abakorinto 10:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ndabinginga koko, ngo igihe nzoba ndahari sinze nkoreshe ubutinyutsi hamwe na kwa gushira amazinda nizigiye gukoresha mu gufatira ingingo za ruhasha+ bamwebamwe batubona nk’aho tugenda twisunga ico turi mu mubiri. 2 Abakorinto 12:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Kumbure ninagaruka, Imana yanje izohava intetereza muri mwebwe, nanje ngahava ngandarira benshi mu bari baracumuye+ mugabo batigaye ubuhumane bwabo n’ubusambanyi+ be n’ubushirasoni*+ bagize.
23 Ubu ndasavye Imana imbere icabona+ kinyagiriza ubwanje, yuko kuba ntaraza i Korinto ari ukugira ngo muzigurizwe+.
2 Ndabinginga koko, ngo igihe nzoba ndahari sinze nkoreshe ubutinyutsi hamwe na kwa gushira amazinda nizigiye gukoresha mu gufatira ingingo za ruhasha+ bamwebamwe batubona nk’aho tugenda twisunga ico turi mu mubiri.
21 Kumbure ninagaruka, Imana yanje izohava intetereza muri mwebwe, nanje ngahava ngandarira benshi mu bari baracumuye+ mugabo batigaye ubuhumane bwabo n’ubusambanyi+ be n’ubushirasoni*+ bagize.