Abaroma 1:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kuko Imana, iyo nkorera igikorwa ceranda n’impwemu yanje ku bijanye n’inkuru nziza yerekeye Umwana wayo, ari yo cabona canje+ c’ukuntu nama ndabashira mu masengesho yanje ubudahengeshanya+, Abafilipi 1:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 mu gutakamba kwanje kwose ku bwanyu mwese+, uko ntakambana akanyamuneza, Abafilipi 1:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kandi iki ni co nguma nsaba Imana: ni uko urukundo rwanyu rwogwira+ rukanarushiriza kugwira hamwe n’ubumenyi+ butagira amakosa be n’ugutahura kwuzuye+; Abakolosayi 1:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Twama dukengurukira+ Imana Se w’Umukama wacu Yezu Kristu iyo tubasengeye+, 1 Abatesalonika 1:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Twama dukengurukira Imana iyo tubashize mwese mu masengesho yacu+,
9 Kuko Imana, iyo nkorera igikorwa ceranda n’impwemu yanje ku bijanye n’inkuru nziza yerekeye Umwana wayo, ari yo cabona canje+ c’ukuntu nama ndabashira mu masengesho yanje ubudahengeshanya+,
9 Kandi iki ni co nguma nsaba Imana: ni uko urukundo rwanyu rwogwira+ rukanarushiriza kugwira hamwe n’ubumenyi+ butagira amakosa be n’ugutahura kwuzuye+;