2 Abakorinto 1:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 iyiduhoza mu makuba yacu yose+, kugira ngo natwe dushobore guhoza+ abari mu makuba y’ubwoko bwose, biciye ku ruhoza Imana iduhoresha+. 2 Abakorinto 1:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Twaba rero turi mu makuba, ni ku bw’uruhoza rwanyu n’ubukiriro bwanyu+; canke twaba turiko turahozwa, ni ku bw’uruhoza rwanyu rukora kugira ngo rubafashe kwihanganira ya mibabaro nyene idushikira natwe+.
4 iyiduhoza mu makuba yacu yose+, kugira ngo natwe dushobore guhoza+ abari mu makuba y’ubwoko bwose, biciye ku ruhoza Imana iduhoresha+.
6 Twaba rero turi mu makuba, ni ku bw’uruhoza rwanyu n’ubukiriro bwanyu+; canke twaba turiko turahozwa, ni ku bw’uruhoza rwanyu rukora kugira ngo rubafashe kwihanganira ya mibabaro nyene idushikira natwe+.