Abaroma 16:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Muramukanishe ugusomana kweranda+. Amashengero yose ya Kristu arabaramutsa. 1 Abatesalonika 5:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Muramukishe bene wacu bose ugusomana kweranda+. 1 Petero 5:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Muramukanishe ugusomana kw’urukundo+. Mwese abunze ubumwe na Kristu mugire amahoro+.