Luka 2:51 Bibiliya y’isi nshasha 51 Hanyuma amanukana na bo ashika i Nazareti, aguma abayobokera+. Vyongeye, nyina wiwe abika neza ayo majambo yose mu mutima wiwe+.
51 Hanyuma amanukana na bo ashika i Nazareti, aguma abayobokera+. Vyongeye, nyina wiwe abika neza ayo majambo yose mu mutima wiwe+.