Abaroma 7:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Mugabo ubu twarabohowe Itegeko+, kubera ko twapfuye+ kuri kirya twari twarafatishijwe, kugira ngo tube abashumba+ mu buryo bushasha biciye ku mpwemu+, atari mu buryo bwa kera biciye ku mategeko yanditse+. Abagalatiya 5:1 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kristu yatugize abidegemvya+ ngo tugire mwene uwo mwidegemvyo. Shikame rero+, ntimwirekerane ngo mwongere kuboherwa ku ngǒgo* y’ubushumba+.
6 Mugabo ubu twarabohowe Itegeko+, kubera ko twapfuye+ kuri kirya twari twarafatishijwe, kugira ngo tube abashumba+ mu buryo bushasha biciye ku mpwemu+, atari mu buryo bwa kera biciye ku mategeko yanditse+.
5 Kristu yatugize abidegemvya+ ngo tugire mwene uwo mwidegemvyo. Shikame rero+, ntimwirekerane ngo mwongere kuboherwa ku ngǒgo* y’ubushumba+.