1 Abakorinto 1:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Mugire ubuntu ata wari abukwiriye+ n’amahoro+ biva ku Mana Data wa twese no ku Mukama Yezu Kristu+. Abagalatiya 6:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kandi abo bose bazogendera ku rutonde bisunga iyo ngingo ngenderwako, amahoro n’imbabazi bibe kuri bo, egome, kuri Isirayeli y’Imana+. 2 Yohani 3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ubuntu ata wari abukwiriye+, imbabazi n’amahoro biva ku Mana ari yo Data+ no kuri Yezu Kristu Umwana wa Data, hamwe n’ukuri be n’urukundo+, bizobana natwe.
3 Mugire ubuntu ata wari abukwiriye+ n’amahoro+ biva ku Mana Data wa twese no ku Mukama Yezu Kristu+.
16 Kandi abo bose bazogendera ku rutonde bisunga iyo ngingo ngenderwako, amahoro n’imbabazi bibe kuri bo, egome, kuri Isirayeli y’Imana+.
3 Ubuntu ata wari abukwiriye+, imbabazi n’amahoro biva ku Mana ari yo Data+ no kuri Yezu Kristu Umwana wa Data, hamwe n’ukuri be n’urukundo+, bizobana natwe.