Ivyakozwe 11:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 hanyuma amaze kumutora, amuzana i Antiyokiya. Maze bamara umwaka wose bakoranira hamwe na bo mw’ishengero bongera bigisha isinzi ritari rito, kandi i Antiyokiya ni ho abigishwa batanguriye kwitwa abakirisu bivuye ku Mana+. Ivyakozwe 15:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Ariko Paulo na Barunaba babandanya kumara igihe i Antiyokiya+ bigisha bongera bamenyesha inkuru nziza y’ijambo rya Yehova, bari kumwe n’abandi benshi nyene+.
26 hanyuma amaze kumutora, amuzana i Antiyokiya. Maze bamara umwaka wose bakoranira hamwe na bo mw’ishengero bongera bigisha isinzi ritari rito, kandi i Antiyokiya ni ho abigishwa batanguriye kwitwa abakirisu bivuye ku Mana+.
35 Ariko Paulo na Barunaba babandanya kumara igihe i Antiyokiya+ bigisha bongera bamenyesha inkuru nziza y’ijambo rya Yehova, bari kumwe n’abandi benshi nyene+.