1 Abatesalonika 2:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 kuko bashaka kutubuza+ kubwira abanyamahanga ngo na bo bakizwe+, bigatuma bama buzuza ingero+ y’ibicumuro vyabo. Mugabo uburake bwayo bwaruhiye kubazako+. 2 Timoteyo 4:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 mugabo Umukama yahagaze hafi yanje+ anshiramwo ububasha+, kugira ngo biciye kuri jewe igikorwa c’ukwamamaza kirangurwe bimwe bishitse kandi amahanga yose acumve+; kandi nararokowe mu kanwa k’intambwe+.
16 kuko bashaka kutubuza+ kubwira abanyamahanga ngo na bo bakizwe+, bigatuma bama buzuza ingero+ y’ibicumuro vyabo. Mugabo uburake bwayo bwaruhiye kubazako+.
17 mugabo Umukama yahagaze hafi yanje+ anshiramwo ububasha+, kugira ngo biciye kuri jewe igikorwa c’ukwamamaza kirangurwe bimwe bishitse kandi amahanga yose acumve+; kandi nararokowe mu kanwa k’intambwe+.