Ivyakozwe 14:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 bakomeza imitima y’abigishwa+, babaremesha kuguma mu kwizera bavuga kandi bati: “Dutegerezwa kwinjira mu bwami bw’Imana duciye mu makuba menshi+.” 2 Timoteyo 2:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kubera ico, mbandanya kwihanganira ibintu vyose ku bw’abatowe+, ngo na bo baronke ubukiriro buboneka mu bumwe na Kristu Yezu hamwe n’ubuninahazwa budahera+.
22 bakomeza imitima y’abigishwa+, babaremesha kuguma mu kwizera bavuga kandi bati: “Dutegerezwa kwinjira mu bwami bw’Imana duciye mu makuba menshi+.”
10 Kubera ico, mbandanya kwihanganira ibintu vyose ku bw’abatowe+, ngo na bo baronke ubukiriro buboneka mu bumwe na Kristu Yezu hamwe n’ubuninahazwa budahera+.