Yohani 17:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kugira ngo baronke ubuzima budahera+, ni uko baguma bironsa ubumenyi+ bwerekeye wewe, Imana yonyene y’ukuri+, n’ubwerekeye uwo watumye, Yezu Kristu+. Abanyefeso 1:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Vyongeye, kubera yuko amaso+ y’umutima wanyu yamurikiwe+, nsenga kandi kugira ngo mumenye icizigiro+ yabahamagariye ico ari co, mumenye ubutunzi buninahaye+ ibikiye aberanda+ bwa ntoranwa ubwo ari bwo,
3 Kugira ngo baronke ubuzima budahera+, ni uko baguma bironsa ubumenyi+ bwerekeye wewe, Imana yonyene y’ukuri+, n’ubwerekeye uwo watumye, Yezu Kristu+.
18 Vyongeye, kubera yuko amaso+ y’umutima wanyu yamurikiwe+, nsenga kandi kugira ngo mumenye icizigiro+ yabahamagariye ico ari co, mumenye ubutunzi buninahaye+ ibikiye aberanda+ bwa ntoranwa ubwo ari bwo,