Itanguriro 2:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Ni co gituma umugabo azosiga se na nyina+ akifatanya* n’umugore wiwe maze bakaba umubiri umwe+. Matayo 19:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 akavuga ati: ‘Ni co gituma umugabo azosiga se na nyina+ akifatanya* n’umugore wiwe, kandi abo babiri bazoba umubiri umwe+’? 1 Abakorinto 6:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ngw’iki! Ntimuzi ko uwufatanijwe n’umumaraya ari umubiri umwe na we? Kuko ivuga iti: “Abo babiri bazoba umubiri umwe+.”
5 akavuga ati: ‘Ni co gituma umugabo azosiga se na nyina+ akifatanya* n’umugore wiwe, kandi abo babiri bazoba umubiri umwe+’?
16 Ngw’iki! Ntimuzi ko uwufatanijwe n’umumaraya ari umubiri umwe na we? Kuko ivuga iti: “Abo babiri bazoba umubiri umwe+.”