1 Abakorinto 4:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Ni co gituma ndabarungikiye Timoteyo+, kuko ari umwana wanje w’umukundwa+ kandi w’umwizigirwa mu Mukama; na we azobibutsa ubuhinga bwanje mu bijanye na Kristu Yezu+, nk’uko nigisha hose mw’ishengero iryo ari ryo ryose. 1 Abakorinto 16:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Mugabo hamwe Timoteyo+ yoshika, murabe ntagire ubwoba muri mwebwe, kuko ariko akora igikorwa ca Yehova+, nk’uko na jewe ndiko ndagikora.
17 Ni co gituma ndabarungikiye Timoteyo+, kuko ari umwana wanje w’umukundwa+ kandi w’umwizigirwa mu Mukama; na we azobibutsa ubuhinga bwanje mu bijanye na Kristu Yezu+, nk’uko nigisha hose mw’ishengero iryo ari ryo ryose.
10 Mugabo hamwe Timoteyo+ yoshika, murabe ntagire ubwoba muri mwebwe, kuko ariko akora igikorwa ca Yehova+, nk’uko na jewe ndiko ndagikora.