Luka 14:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 uzoba uhiriwe, kuko batagira ikintu na kimwe co kukwishura. Kuko uzokwishurwa mw’izuka+ ry’abagororotsi.” 1 Abatesalonika 4:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 kuko Umukama ubwiwe azomanuka avuye mw’ijuru+ n’akamo k’ugutegeka, n’ijwi ry’umumarayika mukuru+ be n’urumbete rw’Imana+, maze abapfiriye muri Kristu bazobanza kuzuka+. Ivyahishuwe 20:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Arahiriwe+ kandi ni mweranda+ uwo wese afise umugabane mw’izuka rya mbere; abo, urupfu rwa kabiri+ nta bubasha rubafiseko+, mugabo bazoba abaherezi+ b’Imana n’aba Kristu, kandi bazoganzanya na we iyo myaka igihumbi+.
14 uzoba uhiriwe, kuko batagira ikintu na kimwe co kukwishura. Kuko uzokwishurwa mw’izuka+ ry’abagororotsi.”
16 kuko Umukama ubwiwe azomanuka avuye mw’ijuru+ n’akamo k’ugutegeka, n’ijwi ry’umumarayika mukuru+ be n’urumbete rw’Imana+, maze abapfiriye muri Kristu bazobanza kuzuka+.
6 Arahiriwe+ kandi ni mweranda+ uwo wese afise umugabane mw’izuka rya mbere; abo, urupfu rwa kabiri+ nta bubasha rubafiseko+, mugabo bazoba abaherezi+ b’Imana n’aba Kristu, kandi bazoganzanya na we iyo myaka igihumbi+.