1 Abakorinto 2:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Twebwe rero tuvuga ubukerebutsi mu bahumuye*+, mugabo si ubukerebutsi+ bw’iki gihe canke ubw’abatware b’iki gihe+, bamwe babwirizwa guhindurwa ubusa+. 1 Abakorinto 14:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Bene wacu, ntimube abana batoyi mu bubasha bwo gutegera+, mugabo mube inzoya ku bijanye n’ububi+; yamara mube abakuze mu bubasha bwo gutegera+. Abaheburayo 5:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Mugabo ibifungurwa bigumye ni ivy’abantu bahumuye, abo ububasha bwabo bwo gutegera+ bumenyerezwa gutandukanya iciza n’ikibi+, biciye ku gukoreshwa.
6 Twebwe rero tuvuga ubukerebutsi mu bahumuye*+, mugabo si ubukerebutsi+ bw’iki gihe canke ubw’abatware b’iki gihe+, bamwe babwirizwa guhindurwa ubusa+.
20 Bene wacu, ntimube abana batoyi mu bubasha bwo gutegera+, mugabo mube inzoya ku bijanye n’ububi+; yamara mube abakuze mu bubasha bwo gutegera+.
14 Mugabo ibifungurwa bigumye ni ivy’abantu bahumuye, abo ububasha bwabo bwo gutegera+ bumenyerezwa gutandukanya iciza n’ikibi+, biciye ku gukoreshwa.