Tito 3:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 kutagira uwo bavuga nabi, kutaba abakunda kurwana+, kuba abagira ibitegereka+, berekana ubwitonzi bwose ku bantu bose+. Yakobo 3:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Mugabo ubukerebutsi+ buva hejuru imbere ya vyose ni ubutanduye+, maze bukaba ubw’amahoro+, bugira ibitegereka+, bugabirije kugamburuka, bwuzuye imbabazi n’ivyamwa vyiza+, ntibusobanura abantu mu kugira nkunzi+, ntibwiyorobeka+.
2 kutagira uwo bavuga nabi, kutaba abakunda kurwana+, kuba abagira ibitegereka+, berekana ubwitonzi bwose ku bantu bose+.
17 Mugabo ubukerebutsi+ buva hejuru imbere ya vyose ni ubutanduye+, maze bukaba ubw’amahoro+, bugira ibitegereka+, bugabirije kugamburuka, bwuzuye imbabazi n’ivyamwa vyiza+, ntibusobanura abantu mu kugira nkunzi+, ntibwiyorobeka+.