1 Abakorinto 4:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Gushika kuri iyi saha nyene tubandanya gusonza+, no kunyoterwa+, no guhakwa kwambara ubusa+, no kunokezwa+, no kubura uburaro+, 2 Abakorinto 6:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 nk’abari n’agahinda yamara bama banezerewe, nk’aboro yamara batungisha benshi, nk’abadafise ikintu na kimwe yamara kandi batunze vyose+.
11 Gushika kuri iyi saha nyene tubandanya gusonza+, no kunyoterwa+, no guhakwa kwambara ubusa+, no kunokezwa+, no kubura uburaro+,
10 nk’abari n’agahinda yamara bama banezerewe, nk’aboro yamara batungisha benshi, nk’abadafise ikintu na kimwe yamara kandi batunze vyose+.