Yesaya 29:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Yehova na we avuga ati: “Kubera ko aba bantu banyegereye n’akanwa kabo gusa, bakaninaharisha iminwa yabo gusa+, kandi bakaba bigije umutima wabo kure yanje cane+, ukuntinya kwabo kugacika ibwirizwa ry’abantu, rikaba ari ryo ryigishwa+, Matayo 15:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Bansengera ubusa, kuko inyigisho bigisha ari amabwirizwa y’abantu+.’”
13 Yehova na we avuga ati: “Kubera ko aba bantu banyegereye n’akanwa kabo gusa, bakaninaharisha iminwa yabo gusa+, kandi bakaba bigije umutima wabo kure yanje cane+, ukuntinya kwabo kugacika ibwirizwa ry’abantu, rikaba ari ryo ryigishwa+,