Luka 10:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Yishura ati: “ ‘Utegerezwa gukunda Yehova Imana yawe n’umutima wawe wose n’ubuzima bwawe bwose n’inkomezi zawe zose n’umuzirikanyi wawe wose+,’ na ‘mugenzawe nk’uko wikunda+.’ ”
27 Yishura ati: “ ‘Utegerezwa gukunda Yehova Imana yawe n’umutima wawe wose n’ubuzima bwawe bwose n’inkomezi zawe zose n’umuzirikanyi wawe wose+,’ na ‘mugenzawe nk’uko wikunda+.’ ”